1 Samweli 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze Dawidi araduga avuye ng’aho, aja kuba mu bibanza bigoye gushikamwo i Eni-gedi+. 2 Ngoma 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko abantu baza kubimenyesha Yehoshafati, bati: “Hari isinzi rinini rije kugutera rivuye mu karere k’ikiyaga, muri Edomu+; kandi ehe bari i Hazazoni-tamari, ari ho Eni-gedi+.”
2 Nuko abantu baza kubimenyesha Yehoshafati, bati: “Hari isinzi rinini rije kugutera rivuye mu karere k’ikiyaga, muri Edomu+; kandi ehe bari i Hazazoni-tamari, ari ho Eni-gedi+.”