2 Nuko abantu baza kubimenyesha Yehoshafati, bati: “Hari isinzi rinini rije kugutera rivuye mu karere k’ikiyaga, muri Edomu+; kandi ehe bari i Hazazoni-tamari, ari ho Eni-gedi+.”
10 “Emwe, abarovyi bazohagarara vy’ukuri ku nkengera yarwo kuva i Eni-gedi+ gushika n’i Eni-egulayimu. Hazobaho imbuga yo kwanikiramwo insenga z’umukwabu. Amafi, mu bwoko bwayo, azoba menshi cane, nk’amafi ya ca Kiyaga Kinini+.