2 Samweli 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko haba ikigoyi+ mu misi ya Dawidi mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana; Dawidi atangura rero gusiguza Yehova. Maze Yehova avuga ati: “Kuri Sauli no ku nzu yiwe hari amaraso, kuko yishe Abanyagibeyoni+.”
21 Nuko haba ikigoyi+ mu misi ya Dawidi mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana; Dawidi atangura rero gusiguza Yehova. Maze Yehova avuga ati: “Kuri Sauli no ku nzu yiwe hari amaraso, kuko yishe Abanyagibeyoni+.”