2 Ngoma 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Salomo ahagarara imbere y’igicaniro ca Yehova, imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose+, hanyuma agaranzura ibiganza+. 2 Ngoma 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ubu rero amaso yanje+ azoba ayuguruye, n’amatwi yanje+ abe ayumviriza isengesho risengewe aha hantu.
12 Nuko Salomo ahagarara imbere y’igicaniro ca Yehova, imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose+, hanyuma agaranzura ibiganza+.
15 Ubu rero amaso yanje+ azoba ayuguruye, n’amatwi yanje+ abe ayumviriza isengesho risengewe aha hantu.