ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 11:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Jewe sinagucumuyeko, mugabo wewe uriko urangirira nabi mu kundwanya. Yehova Umucamanza+ nace urubanza uno musi hagati ya bene Isirayeli na bene Amoni.’”

  • 1 Samweli 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi umubwire yuko nciriye urubanza inzu yiwe+ gushitsa igihe kitagira urugero ku bw’ikosa azi neza+, kuko abahungu biwe bahamagarira akabi ku Mana+, yamara akaba atabahambariye+.

  • Zaburi 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Haguruka, Yehova we, mw’ishavu ryawe+;

      Vira hasi ugupfunduka kw’uburake bw’abanyanka+,

      Wikangure ku bwanje+, kuko watanze itegeko ku bw’urubanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika