ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Yababwira ati+: “Kubera iki muguma mukora ibintu nk’ivyo+? Kuko ibintu ndabumvako mu bantu bose ari bibi+.

  • Imigani 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hana umwana wawe hakiriho icizigiro+; kandi ntiwipfuze kumwica+.

  • Umusiguzi 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kubera ko urubanza rwo guhasha igikorwa kibi rutashikijwe ningoga+, ni co gituma umutima w’abana b’abantu wiyemeje rwose muri bo gukora ikibi+.

  • 1 Timoteyo 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ukangire+ mu maso ya bose abantu baza baracumura+, kugira ngo abandi na bo batinye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika