2 Abami 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umusuku+ wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyutse kare ngo ahaguruke asohoke, aza abona inteko za gisirikare zikikuje ico gisagara n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku wiwe aca amubwira ati: “Yoo, databuja+! Tugire iki?” Yeremiya 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ewe Yehova, ndazi neza yuko inzira y’umuntu yakuwe mw’ivu atari iyiwe. Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe+.
15 Umusuku+ wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyutse kare ngo ahaguruke asohoke, aza abona inteko za gisirikare zikikuje ico gisagara n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku wiwe aca amubwira ati: “Yoo, databuja+! Tugire iki?”
23 Ewe Yehova, ndazi neza yuko inzira y’umuntu yakuwe mw’ivu atari iyiwe. Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe+.