Zaburi 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Intambuko zanje nizifate imihora yawe+,Muri yo amakanda yanje ntazogenda anyiganyijwe+. Zaburi 37:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Intambuko z’umuntu w’umugabo zateguwe na Yehova+,Kandi Imana irahimbarwa n’inzira yiwe+. Imigani 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuragize ibikorwa vyawe Yehova ubwiwe+, imigambi yawe izoheza ibe iyishimangiwe+. Imigani 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Intambuko z’umuntu w’umugabo ziva kuri Yehova+. Nayo umuntu yakuwe mw’ivu, yotegera ate inzira yiwe+? Yeremiya 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Umutima ni umuhemu kuruta ikindi kintu cose kandi ni mubi cane+. Ni nde yowumenya?
24 Intambuko z’umuntu w’umugabo ziva kuri Yehova+. Nayo umuntu yakuwe mw’ivu, yotegera ate inzira yiwe+?