1 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+. Nehemiya 12:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko kuri uwo musi bashikana ibimazi vyinshi+ kandi baranezerwa+, kuko Imana y’ukuri ubwayo yatuma banezerwa akanyamuneza kenshi+. N’abagore+ be n’abana+ baranezerwa, ku buryo umunezero wa Yeruzalemu wumvikana kure+. Zaburi 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Tuzokwiha akamo k’umunezero kubera ubukiriro bwawe+,Kandi mw’izina ry’Imana yacu tuzoduza amabendera yacu+.Yehova ashitse ivyo usaba vyose+. Zaburi 30:1 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nzogushira hejuru, ewe Yehova, kuko wankweze ukanduza+,Kandi ntiwaretse abansi banje ngo banezerwe banyigambako+.
2 Hanyuma Hana arasenga+, avuga ati:“Umutima wanje urirata koko kubera Yehova+,Emwe, ihembe ryanje rishizwe hejuru biciye kuri Yehova+.Akanwa kanje kasamiye kwishura abansi banje,Kuko nezerererwa koko ubukiriro bwawe+.
43 Nuko kuri uwo musi bashikana ibimazi vyinshi+ kandi baranezerwa+, kuko Imana y’ukuri ubwayo yatuma banezerwa akanyamuneza kenshi+. N’abagore+ be n’abana+ baranezerwa, ku buryo umunezero wa Yeruzalemu wumvikana kure+.
5 Tuzokwiha akamo k’umunezero kubera ubukiriro bwawe+,Kandi mw’izina ry’Imana yacu tuzoduza amabendera yacu+.Yehova ashitse ivyo usaba vyose+.
30 Nzogushira hejuru, ewe Yehova, kuko wankweze ukanduza+,Kandi ntiwaretse abansi banje ngo banezerwe banyigambako+.