Yosuwa 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+, 2 Samweli 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko umwami amaze kuba mu nzu yiwe+ kandi Yehova amaze kumuha kuruhuka abansi biwe bose bari bamukikuje+, 2 Ngoma 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yuda yose inezerezwa+ n’iyo ndahiro; kuko bari barahiye n’umutima wabo wose kandi bakaba bari bamuronderanye agahimbare kuzuye, ku buryo areka bakamuronka+; Yehova abandanya kubaha akaruhuko impande zose+. Imigani 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo Yehova ahimbawe n’inzira z’umuntu+, atuma mbere n’abansi biwe bibera amahoro na we+.
23 Nuko haciye imisi myinshi Yehova aruhuye+ Isirayeli abansi bayo bose bari bayikikuje, igihe Yosuwa yari ashaje kandi yitereye mu myaka+,
7 Nuko umwami amaze kuba mu nzu yiwe+ kandi Yehova amaze kumuha kuruhuka abansi biwe bose bari bamukikuje+,
15 Yuda yose inezerezwa+ n’iyo ndahiro; kuko bari barahiye n’umutima wabo wose kandi bakaba bari bamuronderanye agahimbare kuzuye, ku buryo areka bakamuronka+; Yehova abandanya kubaha akaruhuko impande zose+.