1 Ngoma 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Dawidi agitangura kuba mu nzu yiwe+, abwira Natani+ umuhanuzi ati: “Ehe jewe mba mu nzu y’amasederi+, mugabo isandugu+ y’isezerano rya Yehova yoyo iri munsi y’ibitambara vy’ihema+.”
17 Nuko Dawidi agitangura kuba mu nzu yiwe+, abwira Natani+ umuhanuzi ati: “Ehe jewe mba mu nzu y’amasederi+, mugabo isandugu+ y’isezerano rya Yehova yoyo iri munsi y’ibitambara vy’ihema+.”