1 Ngoma 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ arungika intumwa kuri Dawidi, n’ibiti vy’amasederi+ n’abubatsi b’impome n’abakora mu vy’ibiti, kugira ngo bamwubakire inzu+.
14 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro+ arungika intumwa kuri Dawidi, n’ibiti vy’amasederi+ n’abubatsi b’impome n’abakora mu vy’ibiti, kugira ngo bamwubakire inzu+.