2 Samweli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abwira rero Natani+ umuhanuzi ati: “Raba ubu jewe mba mu nzu y’amasederi+ mu gihe isandugu y’Imana y’ukuri yoyo iba hagati mu bitambara vy’ihema+.” 1 Ngoma 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abandanya kwiyubakira amazu+ mu Gisagara ca Dawidi; kandi ategurira ikibanza+ isandugu y’Imana y’ukuri yongera ayishingira ihema. 2 Ngoma 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko isandugu+ y’Imana y’ukuri Dawidi yari yarayikuye i Kiriyati-yeyarimu+ ayidugana mu kibanza yari yarayiteguriye+, kuko yari yarayishingiye ihema i Yeruzalemu+.
2 abwira rero Natani+ umuhanuzi ati: “Raba ubu jewe mba mu nzu y’amasederi+ mu gihe isandugu y’Imana y’ukuri yoyo iba hagati mu bitambara vy’ihema+.”
15 Abandanya kwiyubakira amazu+ mu Gisagara ca Dawidi; kandi ategurira ikibanza+ isandugu y’Imana y’ukuri yongera ayishingira ihema.
4 Ariko isandugu+ y’Imana y’ukuri Dawidi yari yarayikuye i Kiriyati-yeyarimu+ ayidugana mu kibanza yari yarayiteguriye+, kuko yari yarayishingiye ihema i Yeruzalemu+.