ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze Eliya yegera abantu bose hanyuma avuga ati: “Muzogeza ryari gucumbagira ku vyiyumviro bibiri bitandukanye+? Nimba Yehova ari we Mana y’ukuri, nimumukurikire+; nimba na ho ari Bayali, nimuyikurikire.” Abantu ntibagira ijambo bamwishura.

  • 2 Ngoma 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo akora ivyari bibi+, kuko atari yarashimangiye umutima wiwe ngo arondere Yehova+.

  • 2 Ngoma 19:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko hari ibintu vyiza+ vyabonetse muri wewe, kuko wakuye ibikingi vyeranda mu gihugu+ kandi ugategurira umutima wawe kurondera Imana y’ukuri+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika