2 Ngoma 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko akorana ubwenge+, agabanganya bamwe mu bahungu biwe bose mu bihugu vyose vya Yuda n’ivya Benyamini+, mu bisagara vyose bikingijwe ibihome+, abaha ibifungurwa vyinshi+ yongera abaronderera abagore benshi+. Imigani 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.
23 Ariko akorana ubwenge+, agabanganya bamwe mu bahungu biwe bose mu bihugu vyose vya Yuda n’ivya Benyamini+, mu bisagara vyose bikingijwe ibihome+, abaha ibifungurwa vyinshi+ yongera abaronderera abagore benshi+.
22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.