Gusubira mu vyagezwe 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+.
17 Ntakwiye kandi kwigwiriza abagore, kugira umutima wiwe ntuhave ukevya+; eka kandi ntakwiye kwiyongerereza ifeza n’inzahabu cane rwose+.