2 Abami 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yumva bivugwa ku bijanye na Tiruhaka umwami wa Etiyopiya ngo: “Ehe yasohotse kukurwanya.” Nuko yongera gutuma intumwa+ kuri Hezekiya ati: 2 Ngoma 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ari kumwe n’imikogote+ igihumbi n’amajana abiri n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo itandatu; abantu bazananye na we bavuye mu Misiri, ni ukuvuga Abanyalibiya+, Abasukiyimu n’Abanyetiyopiya+, ntibaharurika+. 2 Ngoma 14:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yehova atsindira+ Abanyetiyopiya imbere ya Asa n’imbere ya Yuda, Abanyetiyopiya barata barahunga.
9 Yumva bivugwa ku bijanye na Tiruhaka umwami wa Etiyopiya ngo: “Ehe yasohotse kukurwanya.” Nuko yongera gutuma intumwa+ kuri Hezekiya ati:
3 ari kumwe n’imikogote+ igihumbi n’amajana abiri n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo itandatu; abantu bazananye na we bavuye mu Misiri, ni ukuvuga Abanyalibiya+, Abasukiyimu n’Abanyetiyopiya+, ntibaharurika+.
12 Maze Yehova atsindira+ Abanyetiyopiya imbere ya Asa n’imbere ya Yuda, Abanyetiyopiya barata barahunga.