ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.

  • 1 Abami 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko, kubera Dawidi+, Yehova Imana yiwe yamuhaye itara+ i Yeruzalemu, mu guhagurutsa umuhungu wiwe mu nyuma ziwe no mu kugumizaho Yeruzalemu+,

  • 2 Ngoma 21:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo Yehova ntiyashaka guhonya inzu ya Dawidi+, kubera isezerano+ yari yaragiranye na Dawidi, nk’uko kandi yari yaravuze ko we n’abahungu biwe yobahaye+ itara nantaryo+.

  • Zaburi 33:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova ubwiwe yasambuye inama y’amahanga+;

      Yatangiriye ivyiyumviro vy’ibisata vy’abantu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika