2 Samweli 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nahagaze iruhande yiwe rero ndamuhohosha+, kuko nari nzi ko atari kubaho amaze kugwa. Naciye ntora umugāra+ wari ku mutwe wiwe n’igikomo cari ku kuboko kwiwe, kugira ndabizanire umukama wanje ng’aha.” 2 Samweli 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Akura urugori rwa Malikamu* ku mutwe wayo+, uburemere bwarwo bukaba bwari italanto y’inzahabu, kumwe n’amabuye y’agaciro; nuko ruba ku mutwe wa Dawidi. Isahu+ ry’ico gisagara, iryo yasohoye, ryari ryinshi cane.
10 Nahagaze iruhande yiwe rero ndamuhohosha+, kuko nari nzi ko atari kubaho amaze kugwa. Naciye ntora umugāra+ wari ku mutwe wiwe n’igikomo cari ku kuboko kwiwe, kugira ndabizanire umukama wanje ng’aha.”
30 Akura urugori rwa Malikamu* ku mutwe wayo+, uburemere bwarwo bukaba bwari italanto y’inzahabu, kumwe n’amabuye y’agaciro; nuko ruba ku mutwe wa Dawidi. Isahu+ ry’ico gisagara, iryo yasohoye, ryari ryinshi cane.