Yosuwa 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hanyuma ababwira ati: “Nimusubire ku mahema yanyu muri n’ubutunzi bwinshi n’ibitungwa vyinshi cane, n’ifeza n’inzahabu n’umujumpu n’icuma n’impuzu nyinshi cane+. Mwebwe hamwe na bene wanyu mutore umuturi wanyu w’isahu+ ry’abansi banyu.” 1 Samweli 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Dawidi afata rero imikuku yose n’amasho yose, babishorera imbere y’ivyo bitungwa bindi. Maze bavuga bati: “Iri ni ryo sahu+ rya Dawidi.” 2 Samweli 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo haza abasuku ba Dawidi na Yowabu bavuye kugaba igitero, kandi isahu+ bari bazanye ryari ryinshi. Ariko Abuneri ntiyari kumwe na Dawidi i Heburoni, kuko yari yamurungitse, akaba yariko yigira amahoro. 2 Samweli 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarejeje abikuye mu mahanga yose yari yaranesheje+,
8 Hanyuma ababwira ati: “Nimusubire ku mahema yanyu muri n’ubutunzi bwinshi n’ibitungwa vyinshi cane, n’ifeza n’inzahabu n’umujumpu n’icuma n’impuzu nyinshi cane+. Mwebwe hamwe na bene wanyu mutore umuturi wanyu w’isahu+ ry’abansi banyu.”
20 Dawidi afata rero imikuku yose n’amasho yose, babishorera imbere y’ivyo bitungwa bindi. Maze bavuga bati: “Iri ni ryo sahu+ rya Dawidi.”
22 Mugabo haza abasuku ba Dawidi na Yowabu bavuye kugaba igitero, kandi isahu+ bari bazanye ryari ryinshi. Ariko Abuneri ntiyari kumwe na Dawidi i Heburoni, kuko yari yamurungitse, akaba yariko yigira amahoro.
11 Ivyo na vyo nyene Umwami Dawidi avyereza Yehova, kumwe n’ifeza be n’inzahabu yari yarejeje abikuye mu mahanga yose yari yaranesheje+,