2 Abami 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatatu w’Umwami Yehowasi, abaherezi ntibari bwasanasane imigaga ya nya nzu+. Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+. Umusiguzi 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubunebwe bwinshi butera igisenge kuzama, kandi ukurekura amaboko gutera inzu kuva+.
6 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatatu w’Umwami Yehowasi, abaherezi ntibari bwasanasane imigaga ya nya nzu+.
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.