2 Ngoma 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko akoraniriza hamwe abaherezi+ n’Abalewi, ababwira ati: “Nimuje mu bisagara vya Yuda, mwegeranye amahera muri Isirayeli yose yo gusanasana+ inzu y’Imana yanyu ku mwaka ku mwaka+; kandi muze mukore ningoga muri ivyo.” Mugabo Abalewi ntibakora ningoga+. Abaroma 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ntimunebwe ku bikorwa vyanyu+. Mururumbe impwemu+. Mushumbire Yehova+. Abakolosayi 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ico mukora cose, mugikore ata kwiziganya+, nk’abakorera Yehova+, atari nk’abakorera abantu,
5 Nuko akoraniriza hamwe abaherezi+ n’Abalewi, ababwira ati: “Nimuje mu bisagara vya Yuda, mwegeranye amahera muri Isirayeli yose yo gusanasana+ inzu y’Imana yanyu ku mwaka ku mwaka+; kandi muze mukore ningoga muri ivyo.” Mugabo Abalewi ntibakora ningoga+.