7 Nuko Umwami Yehowasi ahamagara Yehoyada+ umuherezi n’abandi baherezi, ababwira ati: “Kubera iki mudasanasana imigaga y’iyo nzu? Ubu rero, ntimuze musubire gutora amahera ku bo muzinanyi, mugabo muze muyahe abakora igikorwa co gusanasana imigaga y’iyo nzu+.”