6 Umwami ahamagara rero Yehoyada umukuru, amubwira+ ati: “Kubera iki utagize ico ubaza Abalewi, kugira ngo bazane ikori ryeranda ryategetswe na Musa+ umusavyi wa Yehova barikuye muri Yuda n’i Yeruzalemu, egome, ikori ry’ishengero rya Isirayeli rigenewe ihema ry’Igishingantahe+?