Imigani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+. Imigani 29:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aho umutware atega ugutwi amajambo y’ikinyoma, abamukorera bose baba ababisha+.
9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+.