2 Ngoma 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze basohora umuhungu w’umwami+, bamushirako umugāra+ n’Igishingantahe+ baraheza bamugira umwami, gutyo Yehoyada n’abahungu biwe baramurobanuza amavuta+, bavuga bati: “Umwami nabeho+!”
11 Maze basohora umuhungu w’umwami+, bamushirako umugāra+ n’Igishingantahe+ baraheza bamugira umwami, gutyo Yehoyada n’abahungu biwe baramurobanuza amavuta+, bavuga bati: “Umwami nabeho+!”