ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Mugabo Musa avuga ati: “Kubera iki muriko murenga kw’itegeko rya Yehova+? Erega ivyo ntibizogenda neza.

  • 1 Samweli 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Samweli aca abwira Sauli ati: “Wakoze ivy’ubupfu+. Ntiwagumije ibwirizwa+ rya Yehova Imana yawe, iryo yagutegetse+, kuko iyo uba warigumije, Yehova yoshimangiye ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.

  • Zakariya 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo bagumye banka kwumviriza+, baguma bakutsa urutugu n’akagagazo+, biziba amatwi ngo ntibumve+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika