Imigani 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abacumuzi ni bo icago gikurikirana+, mugabo abagororotsi ni bo iciza kironsa agahembo+. Umusiguzi 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntube umubisha birenze urugero+, eka ntucike igipfu+. Kubera iki wopfa kandi atari igihe cawe+? Yeremiya 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nari navuze nti: “Vy’ukuri ni banyarucari. Bakoze ivy’ubupfu, kuko birengagije inzira ya Yehova, urubanza rw’Imana yabo+.
4 Nanje nari navuze nti: “Vy’ukuri ni banyarucari. Bakoze ivy’ubupfu, kuko birengagije inzira ya Yehova, urubanza rw’Imana yabo+.