1 Samweli 25:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Inyuma y’ivyo, hahera nk’imisi cumi maze Yehova akubita+ Nabali, arapfa. Zaburi 55:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+. Imigani 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ugutinya Yehova kuzokwongereza imisi+, ariko imyaka y’ababisha izogerurwa+.
23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.