Zaburi 55:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+. Umusiguzi 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntube umubisha birenze urugero+, eka ntucike igipfu+. Kubera iki wopfa kandi atari igihe cawe+?
23 Ariko wewe, ewe Mana, uzobamanukana mu cobo cimbitse kuruta ibindi+.Nayo abagīrwa n’amaraso kandi b’abahendanyi, ntibazobaho n’ica kabiri c’imisi yabo+.Ariko jewe, nzokwizigira wewe+.