ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, amaraso yanyu, ari bwo buzima bwanyu, nzoyishuza. Nzoyishuza mu kuboko kw’ikinyabuzima cose; kandi ubuzima bw’umuntu nzobwishuza mu kuboko kw’umuntu+, mu kuboko kw’umuntu wese ari mwene wabo.

  • Zaburi 94:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 94 Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, wewe Yehova+,

      Ewe Mana y’ibikorwa vy’uguhōra, nusayangane+!

  • Yeremiya 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo Yehova nyen’ingabo aca urubanza mu bugororotsi+; asuzuma amafyigo n’umutima+. Ese nobona ukuntu ubihōra, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.

  • Abaheburayo 10:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kuko tuzi uwavuze ati: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu ndumane+”; vyongeye ati: “Yehova azocira urubanza abantu biwe+.”

  • Yuda 9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika