Guharura 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga+, umuntu wese aja mu ngabo muri Isirayeli+. Muze mubandike nk’uko ingabo zabo ziri, mwe na Aroni. 2 Samweli 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Yowabu aha umwami igitigiri c’abantu bari banditswe+; Isirayeli yarimwo abagabo b’intwari ibihumbi amajana umunani barwanisha inkota, abagabo ba Yuda na bo bari abagabo ibihumbi amajana atanu+.
3 kuva ku myaka mirongo ibiri kuduga+, umuntu wese aja mu ngabo muri Isirayeli+. Muze mubandike nk’uko ingabo zabo ziri, mwe na Aroni.
9 Nuko Yowabu aha umwami igitigiri c’abantu bari banditswe+; Isirayeli yarimwo abagabo b’intwari ibihumbi amajana umunani barwanisha inkota, abagabo ba Yuda na bo bari abagabo ibihumbi amajana atanu+.