2 Ngoma 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 N’ikindi kandi, bene Isirayeli bagira imbohe abantu ibihumbi amajana abiri bo muri bene wabo, abagore, abahungu n’abakobwa; vyongeye, babasahura isahu ryinshi, hanyuma bajana nya sahu i Samariya+.
8 N’ikindi kandi, bene Isirayeli bagira imbohe abantu ibihumbi amajana abiri bo muri bene wabo, abagore, abahungu n’abakobwa; vyongeye, babasahura isahu ryinshi, hanyuma bajana nya sahu i Samariya+.