1 Abami 7:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 ibigopo na vya biyozo na ya mabakure be na bino bikoresho vyose+, ivyo Hiramu yakoreye Umwami Salomo mu mujumpu usenye, ku bw’inzu ya Yehova. 2 Ngoma 4:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ukwo ni ko Salomo yakoze ivyo bikoresho vyose ari vyinshi cane, kuko uburemere bw’umujumpu butasuzumwa+.
45 ibigopo na vya biyozo na ya mabakure be na bino bikoresho vyose+, ivyo Hiramu yakoreye Umwami Salomo mu mujumpu usenye, ku bw’inzu ya Yehova.
18 Ukwo ni ko Salomo yakoze ivyo bikoresho vyose ari vyinshi cane, kuko uburemere bw’umujumpu butasuzumwa+.