2 Abami 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, Umwami Ahazi akatagura+ impande zo mu mbavu+ za ya mashareti+ yongera ayakurako ya mabesani+; ca kiyaga+ na co aracururutsa agikuye kuri ya mashūri y’umujumpu+ yari munsi yaco, maze agishira ahashashe amabuye.
17 Vyongeye, Umwami Ahazi akatagura+ impande zo mu mbavu+ za ya mashareti+ yongera ayakurako ya mabesani+; ca kiyaga+ na co aracururutsa agikuye kuri ya mashūri y’umujumpu+ yari munsi yaco, maze agishira ahashashe amabuye.