ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 7:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko atangura gukora amabesani+ y’umujumpu cumi. Ibesani imwimwe yose yajamwo ingero mirongo ine za bati. Ibesani imwimwe yose yari amatambwe ane. Kw’ishareti imwimwe yose muri ya mashareti cumi hariko ibesani imwe.

  • 2 Ngoma 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, akora amabesani cumi, hanyuma ashira atanu iburyo n’atanu ibubamfu+, kugira ngo bayogerezemwo+. Ibintu bijanye n’ishikanwa riturirwa+ bavyogereza muri yo. Mugabo nya kiyaga cari ico abaherezi biyozamwo+.

  • Yeremiya 52:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ku bijanye na za nkingi zibiri+, ca kiyaga kimwe+, na ya mashūri cumi n’abiri y’umujumpu+ yari munsi y’ico kiyaga, na ya mashareti, ivyo Umwami Salomo yari yarakoreye inzu ya Yehova+, uburemere bw’umujumpu wavyo ntibwashobora gupimwa, ni ukuvuga ubw’ivyo bikoresho vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika