-
Kuvayo 30:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Kandi igihe Aroni azokwatsa nya matara hagati ya ya migoroba ibiri, azoyifumbisha umwotsi. Ni imibavu ishikanwa nantaryo imbere ya Yehova mu mayaruka yanyu.
-
-
2 Ngoma 13:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 Barafumbishiriza Yehova buri gitondo na buri mugoroba amashikanwa aturirwa+ be n’imibavu imota neza+; kandi imikate igerekeranye iri ku meza y’inzahabu itavanze+, hakabaho n’igitereko c’amatara c’inzahabu+ n’amatara yaco yatswa buri mugoroba+; kuko tuguma dushitsa ivyo Yehova Imana yacu adusaba+, mugabo mwebwe mwaramuhevye+.
-