Guharura 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+. Guharura 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe. Guharura 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nanje, ehe natoye bene wanyu, Abalewi, ndabakuye muri bene Isirayeli+ ngo babe ingabirano yanyu+, ngo babe abahawe Yehova kugira bakore igikorwa c’ihema ry’ihuriro+. Gusubira mu vyagezwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+. Luka 12:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Ariko uwutategereye+ bigatuma akora ibikwiriye inkoni, azokubitwa nkeyi+. Nkako, uwahawe vyinshi wese, azokwakwa vyinshi+; kandi uwo bajeje vyinshi, bazomwaka ibirenze ibisanzwe+.
6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+.
2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe.
6 Nanje, ehe natoye bene wanyu, Abalewi, ndabakuye muri bene Isirayeli+ ngo babe ingabirano yanyu+, ngo babe abahawe Yehova kugira bakore igikorwa c’ihema ry’ihuriro+.
8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+.
48 Ariko uwutategereye+ bigatuma akora ibikwiriye inkoni, azokubitwa nkeyi+. Nkako, uwahawe vyinshi wese, azokwakwa vyinshi+; kandi uwo bajeje vyinshi, bazomwaka ibirenze ibisanzwe+.