1 Ngoma 15:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Abalewi bashiraho Hemani+ mwene Yoweli, muri bene wabo na ho bashiraho Asafu+ mwene Berekiya; muri bene Merari bene wabo na ho bashiraho Etani+ mwene Kushaya; 1 Ngoma 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami.
17 Nuko Abalewi bashiraho Hemani+ mwene Yoweli, muri bene wabo na ho bashiraho Asafu+ mwene Berekiya; muri bene Merari bene wabo na ho bashiraho Etani+ mwene Kushaya;
2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami.