27 mu kiyaya co hasi na ho, Beti-haramu+ na Beti-nimura+ na Sukoti+ na Zafoni, ahasigaye h’akarere k’ubwami ka Sihoni umwami wa Heshiboni+, Yorodani ikaba yari umupaka gushika ku mpera y’ikiyaga ca Kinereti+ ku ruhande rwa Yorodani ruri amaja mu buseruko.