2 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami. Matayo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hezekiya avyara Manase+;Manase+ avyara Amoni+;Amoni+ avyara Yosiya;
18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami.