Kuvayo 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Musa yandika amajambo ya Yehova yose+. Maze avyuka kare mu gitondo, yubaka ku ntango y’umusozi igicaniro be n’inkingi cumi na zibiri zihuye na ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+. Yosuwa 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yosuwa avyuka kare mu gitondo+, abaherezi na bo barerura isandugu+ ya Yehova;
4 Nuko Musa yandika amajambo ya Yehova yose+. Maze avyuka kare mu gitondo, yubaka ku ntango y’umusozi igicaniro be n’inkingi cumi na zibiri zihuye na ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+.