ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 n’ibihumbi bine vy’abarinzi b’amarembo+, n’ibihumbi bine vy’abashemeza+ Yehova ku bicurarangisho+ Dawidi yavuze ku bivyerekeye ati: “Nabikoze ngo bikoreshwe ku bw’ugushemeza.”

  • Zaburi 150:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Nimuyishemeze muvuza inzamba+.

      Nimuyishemeze n’igicurarangisho c’imirya be n’inanga+.

  • Yesaya 38:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ewe Yehova, jako unkize+, natwe tuvuze imirya yanje narobanuye+

      Imisi yose y’ubuzima bwacu ku nzu ya Yehova+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika