2 Ngoma 30:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko mw’ishengero hari benshi batari biyejeje; kandi Abalewi+ bari bajejwe gukerera imbagwa za pasika+ ku bw’abari bahumanye bose, kugira babereze Yehova.
17 Kuko mw’ishengero hari benshi batari biyejeje; kandi Abalewi+ bari bajejwe gukerera imbagwa za pasika+ ku bw’abari bahumanye bose, kugira babereze Yehova.