ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 29:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ariko abaherezi+ baba bake cane, ntibashobora gukura urushato ku mashikanwa aturirwa yose+. Nuko bene wabo+, ari bo Balewi, barabafasha gushika igikorwa kirangiye+ no gushika abaherezi biyejeje+, kuko Abalewi bari barajwe ishinga cane+ no kwiyeza kuruta abaherezi.

  • 2 Ngoma 35:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hanyuma abwira Abalewi, abigisha+ ba Isirayeli yose, abari beranda kuri Yehova, ati: “Mushire Isandugu nyeranda+ mu nzu+ Salomo mwene Dawidi umwami wa Isirayeli yubatse; ntikibabera umuzigo ku bitugu+. Ubu rero nimukorere+ Yehova Imana yanyu n’abantu biwe Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika