Guharura 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu nyuma Abalewi bazokwinjira gukorera kw’ihema ry’ihuriro+. Uze ubahumanure rero wongere ubazungazungishe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+. Guharura 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Aroni n’abahungu biwe nzobaha Abalewi nk’abatanzwe bakuwe muri bene Isirayeli+, kugira bakore igikorwa ca bene Isirayeli mw’ihema ry’ihuriro+ no kugira batangire impongano bene Isirayeli, ngo ntihagire icago kiba muri bene Isirayeli+ bitumwe n’uko begereye ahantu heranda.” Guharura 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe. Guharura 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nanje, ehe natoye bene wanyu, Abalewi, ndabakuye muri bene Isirayeli+ ngo babe ingabirano yanyu+, ngo babe abahawe Yehova kugira bakore igikorwa c’ihema ry’ihuriro+.
15 Mu nyuma Abalewi bazokwinjira gukorera kw’ihema ry’ihuriro+. Uze ubahumanure rero wongere ubazungazungishe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+.
19 Aroni n’abahungu biwe nzobaha Abalewi nk’abatanzwe bakuwe muri bene Isirayeli+, kugira bakore igikorwa ca bene Isirayeli mw’ihema ry’ihuriro+ no kugira batangire impongano bene Isirayeli, ngo ntihagire icago kiba muri bene Isirayeli+ bitumwe n’uko begereye ahantu heranda.”
2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe.
6 Nanje, ehe natoye bene wanyu, Abalewi, ndabakuye muri bene Isirayeli+ ngo babe ingabirano yanyu+, ngo babe abahawe Yehova kugira bakore igikorwa c’ihema ry’ihuriro+.