ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba Imana ya Isirayeli yarabatandukanije + n’ikoraniro rya Isirayeli kugira ngo ibiyegereze, ngo mukore igikorwa c’itaberenakulo ya Yehova mwongere muhagarare imbere y’ikoraniro kugira mubakorere+,

  • Zaburi 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nimukorere Yehova hariko n’ugutinya+,

      Munezerwe hariko n’ukujugumira+.

  • Zaburi 100:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Nimukorere Yehova munezerewe+.

      Nimuze imbere yiwe mwiha akamo k’umunezero+.

  • Tito 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Jewe Paulo, umushumba+ w’Imana akaba n’intumwa+ ya Yezu Kristu hisunzwe ukwizera kw’abatowe+ b’Imana be n’ubumenyi butagira amakosa+ bwerekeye ukuri+ guhuye n’ukwihebera Imana+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika