1 Timoteyo 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimba hari umuntu yigisha izindi nyigisho+ kandi ntiyemere ya majambo ngirakamaro*+, amwe y’Umukama wacu Yezu Kristu, canke ntiyemere inyigisho ihuye n’ukwihebera Imana+, 2 Petero 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko ububasha bw’ubumana bwayo bwaduhaye ku buntu ibintu vyose vyerekeye ubuzima+ n’ukwihebera Imana+, biciye mu bumenyi butagira amakosa bwerekeye umwe yaduhamagara+ biciye mu buninahazwa+ n’ingeso nziza.
3 Nimba hari umuntu yigisha izindi nyigisho+ kandi ntiyemere ya majambo ngirakamaro*+, amwe y’Umukama wacu Yezu Kristu, canke ntiyemere inyigisho ihuye n’ukwihebera Imana+,
3 kuko ububasha bw’ubumana bwayo bwaduhaye ku buntu ibintu vyose vyerekeye ubuzima+ n’ukwihebera Imana+, biciye mu bumenyi butagira amakosa bwerekeye umwe yaduhamagara+ biciye mu buninahazwa+ n’ingeso nziza.