Imigani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+. Yeremiya 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+. Abagalatiya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo si iyindi; ni uko gusa hari abantu bamwebamwe bariko barabadurumbanya+ kandi bagashaka gutitura inkuru nziza yerekeye Kristu+.
9 Umuhuni, biciye ku kanwa kiwe, akwegera mugenziwe guhona+, mugabo abagororotsi batabarwa n’ubumenyi+.
13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+.
7 Mugabo si iyindi; ni uko gusa hari abantu bamwebamwe bariko barabadurumbanya+ kandi bagashaka gutitura inkuru nziza yerekeye Kristu+.