ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Uze wibuke Yehova Imana yawe, kuko ari we aguha ububasha bwo kurondera ubutunzi+; kugira ashitse isezerano ryiwe yarahiye ba sogokuruza bawe, nk’uko biri uyu musi+.

  • 1 Ngoma 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ubutunzi+ n’ubuninahazwa+ biriho kubera wewe, kandi uganza vyose+; mu kuboko kwawe hari ububasha+ n’ubushobozi+, kandi mu kuboko kwawe hari ubushobozi bwo gutuma bose baba abahambaye+ n’ubwo kubaha inkomezi+.

  • 2 Ngoma 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Amaziya+ aca abwira uwo muntu w’Imana y’ukuri ati: “Mugabo none bigende gute ku bijanye n’italanto ijana nahaye abasirikare ba Isirayeli+?” Nya muntu w’Imana y’ukuri na we ati: “Yehova arafise uburyo bwo kuguha ibiruta ivyo+.”

  • Imigani 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umuhezagiro wa Yehova, emwe, uwo ni wo utungisha+, kandi nta mubabaro awongerako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika